Abaririmvyi b’abarundikazi batatu bakunzwe cane

0

Ikinyamakuru cacu ubmnews twama tubabwira abaririmvyi b’abarundikazi bakunzwe cane uko kwezi kugiye kurangira
Ni muriyo ntumbero rero twashimye kubabwira abaririmvyi batatu b’abarundikazi bakunzwe cane
Abo baririmvyikazi ni:
Ashley Diva
diva ashley
Natacha Ngendabanka
ngendabanka
Gitare channelle chany queen
chany queen
Tworangiza tubamenyesha ko abo baririmvyikazi batowe n’abakunzi b’ikinyamakuru cacu ubmnews