Ikiringo c-imisi cumi nico congewe kubagendesha amapikipiki n-ama Tuk-Tuk kugira bandikishe ivyuma vyabo bongere bahane ama «transfert» kubo babiguzeko . Vyashikirijwe n-umushikiranganji w-intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n-umutekano. Hari mu nama yagiranye n-abarongoye intwaro n-umurwi wize kubijanye n-ibitera amasanganya mu gisagara ca Bujumbura.
Gervais Ndirakobuca akamenyesha ko ivyo bizokorwa n-abazobandaniriza imirimo mu gisagara ca Bujumbura ariko inyuma y-imbibe zashinzwe .





Recent Comments