UBM News ads

UMUTEKANO WA KAGAME WOBA UGERAMIWE?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul KAGAME yabonetse Ku kibuga c’inkono citiriwe AMAHORO munyifato itangaje. Aho yariko aramutsa abashitsi mu bw’ugamo bw’iteka, KAGAME yabonetse afise ikintu akenyereyeko mu nda. Benshi bahise batangura guhanahana Ayo makuru.

Mu gihe benshi mu Rwanda bemeza ko Urwanda rufise umutekano ariko Hari n’abandi bemeza ko Ku mvo zuko Urwanda nago rutera umutekano muke mu bihugu nka Congo ,ntacotangaza nabo umutekano uhungabanye. Ni kuri iyo mvo benshi bemeza ko leta ya KAGAME igerageza Ku murinda bishoboka.

Ikindi ni nk’uko afise n’abo batavuga rumwe cane cane umuntu wese yubahutse kuvuga ivyo adakunda, benshi nabiyumvira ko nawe yica bamubonye akaryo bomukorera nabi.

Igihari co biraboneka ko Urwanda nk’uko isi yose imeze , ingamba zo gukinga umutekano Ku mukuru w’igihugu barazikajije

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments