UBM News ads

Paul Kagame asaba Recep Tayyip Erdogan guhuza urwanda na Kongo

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Prezida Paul Kagame asaba prezida wa Turkiya Recep Tayyip Erdogan guhuza Urwanda na Kongo mu gukemura amatati ari hagati y’ibi bihugu vyompi.

Prezida Paul kagame asaba umukuru w’igihugu ca Turkiya Recep Tayyip gufasha gukemura amatati ari hagati y’urwanda na kongo kuko vyagenze hagati ya Somaliya na Ethiopiya.

Paul Kagame akaba ari mu rugendo rw’akazi mu gihugu ca Turikiya guhera ku wa gatatu igenekerezo rya 22 nzero 2025.

Paul Kagame akaba yarashimye imigenderanire myiza iri hagati Turkiya n’Urwanda ariko asaba ko prezida wa Turukiya Recep Tayyip yoshigikira mu guhuza Kongo n’urwanda.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments