UBM News ads

Germain Rukuki yagabanijwe igihano yari yaraciriwe

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma yo gukatirwa gufungwa imyaka 32 yagirizwa ku caha co guhungabanya umutekano w-igihugu no kugarariza inzego, Germain Ruki  yaciriwe igihano c-umunyororo w-umwaka umwe na sentare y-iyungururizo ya komine Ntahangwa nk-uko vyemejwe n-umwe  mu bashingwamanza biwe.Germain Rukuki – Nuit des veilleurs

Uwo yakoreye ishirahamwe  riharanira agateka ka zina muntu ACAT BURUNDI afunzwe kuva mu mwaka w-2017 aho yagumye ahakana ivyaha  yagirizwa anasaba ahubwo ko yokwambikwa izera. Ubu akaba yokwije imyaka ine mu kwezi kuza ari mu munyororo.

Twobamenyesha ko uwo aharanira agateka ka zina muntu yaramaze igihe avugirwa mu gusabirwa n-amwe mu mashirahamwe mpuzamakungu aharanira agateka ka zina muntu hamwe n-umuryango w-ubumwe bwa buraya ko yorekurwa ataco arinze gusabwa.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments