UBM News ads

Mu Burundi ishirahamwe GIZ rituruka mu Budagi rishobora kwugara vuba.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ishirahamwe rijejwe gufashanya hagati y’igihugu c’Ubudagi n’amakungu GIZ mu mpera z’ukwezi kwa gatandatu rizugara mu Burundi. Imwe mu migambi ryahora rifasha abakozi bayo barasezerewe kuva mu mpera z’umwaka wa 2020.

GIZ yakorera mu Burundi kuva muri 1975 yahagaritse ugufashanya na Reta y’Uburundi n’igiporisi c’ico gihugu kuva muri 2015 ariko ibikorwa bindi vyose vy’iterambere ry’abanyagihugu rirabikomeza.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments