UBM News ads

Umukuru w’igihugu aragabisha amashirahamwe INSS, ONPR na Mutuelle

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu nama yahuje umukuru w’igihugu c’Uburundi, Ndayishimiye Evariste hamwe n’abandi bategetsi b’iguhugu ku bwiterambere ry’igihugu mu bijanye n’imibano, umukuru w’igihugu yagabishije amashirahamwe amwe amawe adashaka kworohereza abanyagihugu nka Mutuelle de la fonction Publique, INSS na ONPR.

Umukuru w’iguhugu aravuga ko nk’akarorere ishirahwme Mutuelle ritariko rirakora nze nk’uko reta ya Ndaysihimiye yiswe Nkozi ikora.

Umukuru w’igihugu akavuga ko nk’akarorero abantu bashika ku 6000 gusa aribo baronka ubufasha muvyo kuvurwa na reta ku bantu bashika ku 500 000 vyitezwe ko bafashwa na Mutuelle.

Mwomenya kandi ko amashirahamwe ya reta nka ONPR na INSS zitaho kubikira udufaranga twa kazoza abakozi ba reta yasabwe na Ndaysihimiye kwisunga uko reta nkozi ikora maze bagafaha abanyagihugu.

Abarundi batari bake baridogera amashirahamwe nka INSS, ONPR na Mutuelle ko ayo mashirahamwe atabatunganiriza ku gihe, hakajamwo mberen’aka mwana wa mama iyo hageze gukora dossier yinaka y’umunywanyi wayo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments