UBM News ads UBM News ads
Sunday, May 19, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads
Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu ntumbero yo kugabanya umuvuduko munini w-ikiza ca Covid-19 uriko uribonekeza mu gihugu, Imanza hamwe n-iyindi misi mikuru bihuza abantu benshi  bigiye kuza bikorwa ku misi ya gatandatu hamwe no kuw-Imana gusa.   Iyo ngingo ikaba yafashwe  n-umushikiranganji bw-intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n-iterambere rusangi.Emmanuel Habyarimana et Aline Umutesi, mariage de cohésion rwandaise en Suisse ! | Le Club de Mediapart

Ubwo bushikiranganji busigura ko irwirirana ry-imanza nyishi hagati mu ndwi riri mu bituma ico kiza kirwirirana cane. Umushikiranganji Gervais Ndirakobuca asaba abajejwe intwaro n-abajejwe ivy-amagara y-abantu gusuzuma ko iyo ngingo iriko ishirwa mu ngiro.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments