Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsZino pica z'umuririmvyikazi w'umurundi '' Samantha '' zikomejwe kuvugwaho vyinshi '' zirabe...

Zino pica z’umuririmvyikazi w’umurundi ” Samantha ” zikomejwe kuvugwaho vyinshi ” zirabe nawe hano !

samantha

Iyi ni foto y’umuririmvyikazi Samantha, aho igaragaza ko yari yiteguriye kuja kwoga, bamwe bakomeje kuyivugaho vyinshi ngo ntiyari kuyishira kumugaragaro kuko ngo yoba idahesha agaciro akaranga k’abarundi ariko abandi bo baravuga ko atakibazo bayibonamwo kuko ngo imeze neza cane ” ese wewe uyibona gute ? harico ubona itwaye ?

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments