Abaririmvyi bacu barashoboye pe, Unva hano ino ndirimbo ya Yvan Muzik yakoranye na Channy Queen , vyovyo imeze neza ” Inzigo by Yvan Muzik Ft Channy Queen
UBM News reka tubibutse kandi ko Yvan Muzik yuko ubu ariko arakorana indirimbo numurwi wa Urbon Boys usanzwe ukorera mu Rwanda, ubwo muminsi irimbere niyasohoka tukaba tuzoyibashikiriza
Recent Comments