Yoya na Sat-b bagize ico bavuga kubijanye n’ingene babayeho mu Rwanda.

0

Iyo babarizwa mu Rwanda muri kino gihe,abaririmvyi b’abarundi Yoya na Sat-b bagize ico bavuga kubijanye n’ingene babayeho mu Rwanda,ivyo bakaba babishikirije mu kiganiro baraye bagiriye kuri Radio Voix America.
sat-byoya
Sat-b ati: Ubuzima bwo mu mubuhungiro ntibworoshe,kugira turonke ico gufungura bica kure.
sat

Yoya nawe ati: Muhira ni muhira,ubu dusa nabatanguye gushasha kuko mu Rwanda ntidukunzwe nkuko twakundwa iwacu.
yoya 2
Tubamenyesheko atari Yoya na Sat-b ataribo bonyene bari mu buhungiro muri kino gihe.