YOUSLA KEZA N’UMWE MU BIGEME BABIYERETSI BAFISE KAZOZA

0

Umwigeme w’umurundikazi Yousla KEZA n’umwe mu bigeme babiyeretsi bafise kazoza muri uyo mwuga nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.con cavyiboneye igihe cagirana ikiganiro na bamwe mu basanzwe bakora uyo mwuga wo kwiyereka hano mu Burundi.

yousla
Abo twashoboye kuganira nabo bose bakaba batubwiye ati:Yousla n’umwigeme w’indero ,azi umwuga wo kwiyereka,afise kazoza keza,afise impano yahawe n’Imana atari babandi bakora ikintu kubera babonye abandi bagikoze.

1
Tworangiza tubamenyeshako ubwiza bwa Yousla bwatumye abacapa benshi hano mu burundi bamucapa.

Amwe mu ma photo yuyo mwigeme
2 3 4