Willy Nyamitwe Aragiriza Urwanda Ko Arirwo Ruri Inyuma Y’Igandagurwa Ry’Abategetsi B’Uburundi.

0
Willy Nyamitwe

Willy Nyamitwe aravuga ku vyerekeye abategetsi bamwe bamwe bo mu burundi bagandagurwa.

Ku bwa Willy nyamitwe , igihugu c’Urwanda nico cobazwa igandagurwa rya Adolphe NSHIMIRIMANA, BIKOMAGU, General KARARUZA, Darius IKURAKURE, Hafsa MOSSI.

Umviriza aha musi aho Willy Nyamitwe yemeza ko abo bantu bishwe n’igihugu c’Urwanda.