VITALO FC yaraye yirahiye MESSAGER NGOZI ibitsindo 2-1

0

Umugwi wa VITALO fc usanzwe umenyerezwa na KANYANKORE Yaoundé waraye wirahiye umugwi wa MESSSAGER NGOZI w’i ngozi mu kubatsinda ibitsindo 2-1 mu rukino rwo ku munsi wa kabiri w’ihiganwa Primus ligue.
v
Nyuma yiyo ntsinzi,Vitalo fc ikaba iciye ikwiza amanota 6 mu nkino 2 umaze gukina ukaba uciye ufata ikibanza ca mbere c’ihiganwa.
v1
Twobamenyesha ko ibitsindo vya Vitalo vyatsinzwe na Laudit MAVUGO hamwe na Shasir.