Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsVideo z'abarundi zisigaye zikorwa kurwego rwo hejuru, raba ino nshasha ya Ndumu...

Video z’abarundi zisigaye zikorwa kurwego rwo hejuru, raba ino nshasha ya Ndumu Boss Wanje By Snow Cay

Ino Video vyovyo ikozwe muburyo budasanzwe ndetse uno muriririmvyi ari muba mbere mu Burundi bazi kuririmba mu buryo bwa Hip Hop ”Snow Cay ubwiwe kuba ino Video yaratevye gusohoka ngo siwe vyavuyeko ariko ngo iyo ikintu gitevye kiba kigiye kuryoha gusumba.

Uno muririmvyi yagize ati : Ubwambere nambere nagomba nsabe ikigongwe bivuye kumutima abantu bose mwari murindiranye igishika clip yanje ya Ndumu Boss wanje…Sije vyari vyaravuyeko naho ubundi ho iba yarasohotse imyaka…muga harya iyo ikintu gitevye kiba kigiye kuryoha gusumba, Naheruka kubaha “Aishiteru”,reka ndabongere “Ndumu Boss Wanje” Nkanashimira cherif yayikoze ,ikaba ariyo clip yakabiri akoze nayo ikaba ije kwiyambika umutamana muzindi clip…

Uwudakoze ntakarye!!!

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments