Video yari yitezwe n’abantu benshi ngiyi hano iza yasohotse : Satura Amabafle by Sat-B (Official Video )

0

Video nshasha y’umuririmvyi wumu STAR mwari murindiranye igishika cinshi ( Satura Amabafle by Sat ) , ubu iza yamaze kuja kumugaragaro ” Yirabe hano wirabire ukuntu ikozwe m’uburyo budasanzwe.