Umuririnvyi w’umurundi azwi kwizina rya ” AB ” aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Louisville, Kentucky ” Indirimbo yiwe nshasha yari yitezwe n’abantu benshi iza yamaze kuja kumugaragaro ” Ino ndirimbo ni nziza pe nawe nuyirabire hano musi !
Recent Comments