Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsVideo ya Alice wo mu Rwanda umwe yaja mu kuzimu kwa satani...

Video ya Alice wo mu Rwanda umwe yaja mu kuzimu kwa satani ngiyi hano ! Niwirabire nawe

Nimba uri umwe mubakunzi bakunze gusoma ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri America hamwe no muri Canada ” UBM News ” ntankeka hari igishingantahe ca Alice wigeze gusoma giciye hano, ubwo rero UBM News duhisemwo kukuzanira Video nayo kugira wiyunvire nawe.

Ese bino bintu yasanzeyo wewe ubivugakwiki ? Gira Share ” kuri facebook ” kino gishingantahe kugirango n’abandi bakibone.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments