UBM News ads
Sunday, December 10, 2023
No menu items!
UBM News ads

Video nshasha y’abarundi baba muri America yari yipfuzwa kubonwa n’abantu benshi ngiyi hano ! ” Maisha Ya Dunia ”

Ino ni Video nshasha y’abaririmvyi b’abarundi baba hano muri America ” Ino video imeze neza cane ndetse iranaryoshe kunvira, ikindi naco nuko nuwayihinyanyuye yakoresheje ubuhinga bukomeye, UBM News twokwibutsa ko ino Video yuko yakozwe numwe mubayinyanyuzi b’abarundi bakomeye muvyo gukora ama Video ” Fran Bar pro ( Baragora )

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments