Umwe mubaririmvyi bakunzwe cane murinomisi ndetse bamaze kubaka izina mumuziki wu Burundi ” Kook K, Video y’indirimbo yiwe nshasha ya I’m feeling it, mu minsi irabageraho vuba ubwo muyitege muri benshi.
Nkuko uno muririmvyi yashize ahabona ibihimba biranga ibizoba biri murino Video, abenshi bakomeje kwizera ko Video izoza ikoranye ubuhinga budasanzwe naburya benshi bemera neza ko KOOK ari umwe mubaririmvyi bakunze gusohora video ziba zikoze kurwego rwo hejuru.
Recent Comments