UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Video nsha y’umuririmvyi ” Babby Jaymo ” igiye kuja kumugaragaro ” Raba hano muko iriko irahinyanyurwa.

UBM News ads

Video nsha y’umuririmvyi w’umurundi yitezwe ‘abantu benshi ngo igiye kuja kumugaragaro ” ivyo rero akaba arivyo umuririmvyi akunzwe cane ” babby jaymo ” aba hano muri America yatangarije ikinyamakuru ”UBM News ” aho yavuze ko ubu iza iriko irahinyanyurwa.

babby jam 1

Tumubajije aho iyo video izogira ahabona, ubwiwe yatubwiye ko Video izoja ahabona kumunsi wejo ” Ntuze utangwe rero no kwirabira iyo sanamu izoza ikoranye ubuhinga budasanzwe.

babby jay 2

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments