Video nsha ya ” Mt Number One ” ikomejwe gukundwa n’abantu benshi ( Mwiza wanje Official Video )

0

Umuririmvyi w’umurundi rurangiranwa yamamaye cane hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Mt Number One ” yasize ahagaragara video nziza cane gose ikoranye ubuhinga budasanzwe ya ” Mwiza Wanje ”


Ino Video vyovyo imeze neza ndetse ikoranye ubuhinga budasanzwe.