Inkuru zidushikiriye kano kanya nuko abasuma bane bo muri Kenya bakubiswe inkoni nyishi cane nabanyagihugu mugihe bafatwa bariko barazura abapfuye.
Nubwo bagerageje kwisigura. ntaco vyafashije kuko amagufa yabapfuye yari hamande yabo basuma kandi mumisi iza bakaba bazoshikanwa muri Court ”
Raba ivideo hano muri yukuntu bakubiswe abo basuma biba abapfuye.
Recent Comments