Valentin BAGORIKUNDA: Abateguye imyiyerekano n’Abamenyeshamakuru barimwo.

0

Inyuma yogusohora icegeranyo ca parake nkuru y’Igihugu Valentin BAGORIKUNDA asanzwe ari umushingamanza wa Republika yavuzeko imyiyamamazo yokwiyamiriza ikiringo ca 3 ca NKURUNZIZA categuwe n’imigambwe itavuga rumwe na Reta amashirahamwe yigenga asanzwe atavuga rumwe na Reta yongerako inani za maradiyo n’imboneshakure n’abamenyeshamakuru bakorera ibinyamakuru bitandukanye.

BARA

Yongeye avugako abari mumyiyerekano aribo bishe abantu batari bake bavugako ari imbonereakure ahandi bakabita kwari abaroberi. ikibazo twoca twibaza mbega abanyagihugu baja mukwiyamamaza ikiringo ca 3 ca Petero NKURUNZIZA bagendana n’inkoho? kotwabona ko abicwa bicwaga  namasasu?

Ivyo vyose Alexandre NIYUNGEKO akaba yabibeshuje avugako ukuri kuzoteba kukaja ahabona.