Uwushobora kuba umuhuza mushasha i Burundi ni Thabo Mbeki

0

97385-004-0A389881

Thabo Mbeki niryo zina rivurwa n’abatavuga rumwe n’ubutgetsi ko ariwe bashaka ko yosubirira Saidi Djinnit yaray atanze imihoho mu kibanza c’umuhuza mu biganiro biriko bihuza Leta n’abo batavuga rumwe.Ivyo abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Bujumbura bakabivuga mu gihe ONU yobura uwo irungika amusubirira.

Abo batavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Nkurunziza babandanya bamenyesha ko ONU yofatanya n’umugabane wa buraya hamwe n’umugabane wa Amerika mu gutora umuhuza ahuza leta y’uburundi n’abo bitavuga rumwe.