UWASE QUENNIE DIORA AGIYE KUBONEKA MU MASANAMU Y’INDIRIMBO BETTER THAN Y’UMUGWI BEST LIFE MUSIC.

0

UWASE Quennie Diora n’umwe mu bigeme beza cane bagiye kuboneka mu masanamu y’indirmbo BETTER THAN y’umugwi Best Life Music nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com cashoboye kuvyibonera ku munsi wa kane igenekerezo rya 24/9/2015 mu gihe umugwi BEST LIFE MUSIC wari mu myiteguro yayo masanamu ahitwa kuri BEST OUT LOOCK HOTEL i KIRIRI.
QUENNIE
Ikinyamakuru canyu ubmnews.com kikaba carashoboye kwegera uyo mwigeme kiramubaza uko yiyumva kubona agiye kuboneka mu masanamu y’indirimbo BETTER THAN y’umugwi BEST LIFE MUSIC,QUENNIE akaba yatwishuye ati:<>.
UWASE
Twobamenyeshako rizoba ribaye irya mbere UWASE QUENNIE DIORA aboneka mu masanamu y’indirimbo z’abarundi.