UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Uwahoze ari President muri South Africa ” Nelson Mandela vyunvikana yuko……

UBM News ads

Amakuru yihuta ya Nelson Mandela adushikiriye kano kanya abanyamakuru ba UBMNews, vyunkikana yuko ubuzima bwa Mandela ko arimitende ariko amasengesho ngo niyakenewe gose kugirango Imana ibashe kumuba hafi, Mandela amaze iminsi 22 ari mu bitaro kubera indwara y’amahahanelson_mandela_1

UBMNews reka ibibutse kandi ko Nelson Mandela ariwe mu President wambere w’umwirabure ariko aratangazwa cane nibinyamakuru vyinshi cane bikorera hano kwisi yose.

Umuvugizi wa ANC, Jackson Mthembu, yemeye ko itangazamakuru mpuzamahanga rikeneye gutangaza amakuru k’ubuzima bwa Mandela nyuma yaho ejo umukobwa mukuru wa Mandela yaneguye ivyo umuvugizi wa ANC yavuze. Posted by Eric Nyandwi

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments