UBM News ads
Friday, December 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Uvyunvise biteye ubwoba : Muri Iraq intambara ishobora kuba kubera ino mpanvu !

Abategetsi b’ibihugu bikomeye ndetse n’aba Irak ubwayo bafise impungenge ko iki gihugu gishobora gucikamwo ibice kubera ko inyeshamba zo mu bwoko bwaba Sunni zikomeje kugaragaza imbaraga nyinshi za gisirikare.

140612154533_irak_304x171_reuters_nocredit

Umutwe wa ISIS wigaruriye intara yo mu burasirazuba ya Diyala yiganjemwo aba Sunni kandi baravuga ko bagiye kwigarurira n’ikindi gice co ciganjemwo aba Shi’ite harimwo n’umurwa mukuru Bagdad .

Abarwanyi b’aba Kurde bamaze gushinga ibirindiro mu ntara ya Kirkuk mu gihe bigaragara ko ingabo za Leta zisa n’izamaze gucika intege.

Sources : BBC

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments