UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Uvyunvise biratangaje cane : Ibintu murino minsi biriko birabuza amahoro Agathon Rwasa ngibi hano !

UBM News ads

Kubavuga yuko ibintu biriko birashikira agathon rwasa ko bitangaje cane ntibibesha , igihe cose ngwiyo himirije kuba amatora yumukuru wigihugu ngo niho idosiye yo kumubuza amahoro ica iduga, Inyuma y’imyaka cumi gusa habaye ubwicanyi bwahitanye abanyamulenge mu Gatumba mu mwaka wi 2004 , kugeza ubu nyakubahwa Agathon Rwasa arongoye FNL niwe yagirizwa ubwo bwicanyi.

Agathon

Umwe mubashingwamanza bo mu Burundi, asaba ko Agathon Rwasa yorengutswa mu butungane akishura kuvyo yagirizwa ikindi naco ngo irengutswa ryiwe mubutungane ngo ntiryari rikwiye gufatwa nk’ikibazo ca poritike, kuko niyo basanga atakimwagira ngo azokwezwa n’ubutungane

Agathon Rwasa we nubwo yagirizwa buno bwicanyi bwabanyamurenge , ubwiwe arabihakana ndetse akaba avuga ko ata ruhara yigeze agira muribwo, bamwe mubakurikiranira hafi Politike yu Burundi bemeza ko hoba hariho umugambi wo gufunga agathon rwasa kugirango ntaze yinjire mumatora yimirije yumukuru wigihugu bityo ngw’akaba ariyo mpanvu ino dosiye yabanyamurenge yama iduga iyo amatora yimirije.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments