UBM News ads
Saturday, December 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Uvyumvise biratangaje cane ! Rose Muhando yatangaje icamuteye gukorora inda yari yatwaye

Umuririmvyikazi ageze kurwego rwo hejuru mu ndirimbo zo guhimbaza Imana ” Rose Muhando nyuma yaho bivugiwe ko yakoroye inda, uno muririmvyikazi yavuye mugacerere avuga icatumye ayikorora.

muhando

Mu minsi iheze hano kuri UBM News niho twabacishirijeho inkuru yavuga ko Rose Muhando yakoroye inda aho ndetse muriyo nkuru havugwamwo ko uno muririmvyikazi ashobora gufungwa Imyaka 7.

Rose Muhando rero abicishije ku bahanuzi biwe , yatangaje impanvu yatumye akuramwo iyo nda aho yavuze ko yagize ikibazo kidasanzwe ku buryo abaganga bamuhanuye ko yoyikuramwo ntihave itera ingaruka mbi ku buzima bwiwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments