Paul kagame hamwe na Museveni ngo nibo bariko barategura uno mugambi utoroshe ku Burundi ” Raba hano Video

0

Nkuko bivugwa na Ndanyuzwe Noheli muri kino kiganiro, we yemeza ko ibigiye kuba mu BURUNDI ko bishobora kumera nkivyabaye mu RWANDA kuko ngo ivyo bihugu vyose biri mu migambi yo kubibohoza bikaja muri « EMPIRE NILOTIQUE » igomba gutegekwa n’ABATUTSI kandi ikavugwamwo icongereza ; umugambi ngo wacuzwe na Perezida MUSEVENI ukaba nguzoshirwa mu bikorwa na Perezida Paul KAGAME.

Museveni-Kagame

Uyu Ndanyuzwe ndetse aremeza ko Perezida Kagame ngo atari Perezida w’u Rwanda ruzwi, ko ngo ategeka URUNDI RWANDA. ese ni Ni uruhe ? Vyose uza kuvyumva muri kino kiganiro.

[youtube id=”CLqrI9KIgDk” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

UBM News tubibutse ko vyinshi mu vyo Ndanyuzwe avuga, yabikusanyirije mu gitabo yise “LA GUERRE MONDIALE AFRICAINE- LA CONSPIRATION ANGLO-AMÉRICAINE POUR UN GÉNOCIDE AU RWANDA”.