Utabonye ino Video ya ”Dr Paul Gitwaza ” woba uhonvye vyinshi ” Yirabe kuko ifise akamaro.

0

ino Video isanzwe iri kuri Youtube ariko dushimye kuyicisha hano kuri UBMNews kugirango abasomyi bacu babashe kuyibona ” Dr Paul Gitwaza murino Video aza kuvuga vyinshi bijanye n’ amabanga yo kubaka urugo.