USA ” Video nshasha y’umuririmvyi Mt number one ibandanya ikundwa n’abantu benshi

0

Umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America ” Mt number one , yashize ahabona amashusho akozwe muburyo budasanzwe y’indirimbo abenshi bazi kwizina rya ” Photo, ushobora kuraba ino video hano musi.

[youtube id=”thz4TAyijPU” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]