USA : Ninahaja by Vicent (Official Video 2014 )

0

Ino ni Video nshasha y’umuririmvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America , nkuko tubibona murino video , biboneka neza yuko uno muririmvyi azananye inkomezi zidasanzwe mu gikorwa co kuririmba indirimbo zo guhimbaza Imana.