UBM News ads
Wednesday, November 29, 2023
No menu items!
UBM News ads

USA : Ngiyi hano ya Video idasanzwe mwari mwiteze muri benshi cane ” Mlimani by Huduma Choir (Official Video)

Aba ni abaririmvyi b’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America mugisagara ca ( Houston, Texas ) vyinshi bijanye nino kwaya tuzobibabwira mu minsi iri imbere ariko amakuru yizewe turonka hano kuri UBM News avuga ko ino video kwari iyambere bahereyeko gusohora kandi nkuko biboneka ikaba iriko irakundwa cane bivanye n’ukuntu ikozwe mu buryo budasanzwe.

[youtube id=”Ois9XJmIMtc” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments