Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsUSA : Abanyagihugu bakoze imyigaragamvyo ikomeye cane yo kwiyamiriza ubwicanyi bukorwa naba...

USA : Abanyagihugu bakoze imyigaragamvyo ikomeye cane yo kwiyamiriza ubwicanyi bukorwa naba Polisi

Nyuma yaho ” Michael Brown ” arasiwe ari mugisagara ca Ferguson ( Missouri ) , munyuma yaho naho uwitwa ” Eric Garner nawe agapfira muri New York, Abanyagihugu baha muri Leta zunze ubumwe za America, uyu munsi bakoreye imyigaragamvyo ikomeye muri Washington DC aho biyamiriza ubwo bwicanyi ndetse bakaba basaba ko ababikoze bohanwa bimwe vyakarorero.

Michael Brown hamwe na Eric Garner bose ni abirabure kandi bose bishwe na ba Polisi b’abazungu, igitangaza abantu benshi cane nuko abo babishe atanakimwe bigeze babakoza ngo babafunge bityo rero kugeza ubu bikaba biboneka ko hari ikibazo cinvangura, aho bamwe bemeza ko abantu babirabure badahabwa agaciro nk’abazungu.

Abanyagihugu rero uyu munsi bananiwe kuvyihanganira aho bakoze imyigaragamvyo ikomeye cane yo gusaba ko hobaho ikintu twita mucongereza ( equal justice ) ” ushobora kuraba hano munsi amafoto.

SRC : BBC NEWS

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments