URWANDA rurabeshuza ibivugwa n’UBURUNDI.

0

Inyuma yaho abarongozi batari bake bari bamaze iminsi bavugako URWANDA ari igihugu kiri mubihugu bigwanya Uburundi ngo kuko bahaye indaro abatavuga rumwe Reta n’ibindi bitari bike vyazuzwe nabarongozi batari bake babarundi, uwurongoye Igipolisi mugihugu c’Urwanda we avugako ivyo mu Rwanda bavyumva nkinkinamico ngo kuko bo ntavyo babona ngokandi umigenderanire yabo hamwe n’uburundi w’ifashe neza ngo haba mumigenderanire ndese nibindi aca atanga akarorero kamwe aho yavuze yuko ibaba ivyo bavuga ko imigenderanire yabo n’uburundi iyo iba itifashe neza ntibaba baracumbikiye impuzi zabarundi zirenga ibihumbi.

polisi

Tworangiza tubamenyeshako ivyo yabibeshuje inyuma yabategetsi batari bake bari bamaze iminsi babishikiriza kuma Radio nimboneshakure zitandukanye.