UBM News ads

Urumuri rw’amahoro,uburyo bwo gusesagura gusa

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Muri CNDD-FDD bari bakwiye guhagarika urumuri rw’amahoro,uretse amahera yoteje imbere igihugu ahahonera nta karusho k’urumuri rw’amahoro.

Uru rumuri rumurika iki mu gihe igihugu kibuze igitoro,umwavu,amazi,umuyagankuba,internet,ifaranga mvamakungu?Aya n’amafranga asesagurwa kandi yokijije ibitari bike mu gihugu.

Prezida Ndayishimiye yatanguje urumuri rw’amahoro ku ncuro ya 19 muri komine ya cankuzo mu ntara nshasha yagutse ya Buhumuza.

Uretse ubutunzi bw’ihihugu buhaherera nta kintu kizima uru rumuri ruhindura kuva rutangujwe mu Gihugu.Ehe igihugu aho kigeze muvyo ubutunzi,none ubu si uburyo bwo gusesagura?

Mu gihe igihugu cugarijwe n’ibibazo bikomeye muvyo ubutunzi(ibura ry’ama devise,umwavu,amazi meza,umuyagankuba,internet ihitoro)urumuri ntacari ikintu bokwihutira muri CNDD-FDD imbere yo gukemura ibibazo bihari.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments