Urukundo rwa Brenda na Young Dany rwoba rugeze he?

0

Umuririmvyi w’umurundi Young Dany asanzwe ahurikiye mu mugwi Best Life Music ari mu rukundo n’umwigeme w’umurindikazi yitwa Brenda Mugisha nkuko usanga umwanya wose uyo mwigeme aguma ashira ama photo ku mbuga zitandukanye,ama photo aho usanga arikumwe n’uyo muririmvyi Young Dany ivyo bikagaragaza ko ari mu rukundo na Young Dany kandi ko yishimiye urukundo rwabo.
dany

Ikinyamakuru ubmnews.com kikaba caramwegereye Brenda kugira ngo atange umuco,Brenda akaba yavuze ati;Dany ndamukunda kandi cane,Dany n’umuhungu nkunda kandi nzoguma nkunda gushika kw’iherezo,tukaba twaramurondeye na Yound Dany kugira agire ico abivuzeko muga tukaba twaramukenye.
brenda

Twobamenyeshako Brenda muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’urwanda mu gihe Young Dany wewe abarizwa mu gihugu c’uburundi