Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsUruhigi rw'abadashigikiye ikiringo ca gatatu ca Pr. Nkurunziza rurabandanya ubu naho hashikiriwe...

Uruhigi rw’abadashigikiye ikiringo ca gatatu ca Pr. Nkurunziza rurabandanya ubu naho hashikiriwe Piyo Ntavyihanyuma

Pie-Ntavyohanyuma-président-de-l’Assemblée-nationale

Umugambi wo kuburabuza abadashigikiye ikiringo ca gatatu ca Pr. Petero Nkurunziza urabandanya. Urugendo rw’akazi rwa Piyo Ntavyohanyuma asanzwe arongoye inama nshingamateka rwasibijwe kw’itegeko ry’uwusanzwe arongoye urwego rw’ipererezo Général Etienne NTAKARUTIMANA ashigikiwe n’umushikiranganji  w’ikigega ca Reta Tabu Abdallah MANIRAKIZA.

Muvyo bamwagiriza ngo n’uko atarashobora kumenyesha uko amahera yatwaye muri Kenya mu rugendo yarimwo yakoze, ariko ayandi makuru dukesha insamirizi RPA nuko ariko ahorwa ko adashigikiye ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Ayo makuru nyene abandanya avuga ko abashingamateka bashika kuri 30 bashobora kuba barashize urukumu ku rupapuro rugamije kumukombora kugira haje uwushigikiye umukuru w’igihugu kugira bizonakunde bashobore gukura abashingamateka batamushigikiye muri ico kiringo ca gatatu.  Abashaka gukomborwa muri abo bashingamateka harimwo abo muri CNDD FDD hamwe n’abo muri UPRONA ngo hashirwe abo kwa Concillia.

Uru nirwo rupapuro ruhagarika urugendo rwiwe

30-2-197a4

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments