Urugendo rwaba ISLAM berekeza i Maka rwari rutegekanijwe uno munsi rwasivye.

0

Urugendo rwaba ISLAM bo mu Burundi rwari rutegekanijwe uno munsi igihe c’isaha zine z’agatondo rwasivye bivanye nuko batari bwaronke ama VISA nkuko umukuru waba ISLAM mu Burundi yashoboye kubimenyesha mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru.
islam
Abo ba ISLAM bakaba bazoca bafata urugendo ku munsi w’ejo berekeza i MAKA mu gihugu ca Arabie Saoudité atagihindutse.
kajandi
Twobamenyesha ko igice ca mbere coco cari cafashe urugendo ku munsi w’IMANA igenekerezo rya 13/9/2015.