Umugambwe UPRONA urongowe na Concilie NIBIGIRA umenyesha ko umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ata burenganzira afise bwo gusubira kwitoza ubugira 3.
Nyakubahwa umukuru w’igihugu ” Petero Nkurunziza arikumwe na President w’igihangange waha muri America ” Barack Obama
Umushingamateka Andre NDAYIZAMBA arongoye urwego rujejwe gutegura amatora muruwo mugambwe, avuga ko ibwirizwa nshingiro n’amasezerano y’i ARUSHA bitegekanya ibiringo 2 gusa. Yabishikirije mu kiganiro cahawe abamenyeshamakuru kuri uyu 4.
Uwo mugambwe umenyesha kandi ko wiyamiriza akarenganyo gakogwa n’umugwi CNTB.
Recent Comments