Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomePoliticsUPRONA - Abashigikiye Nditije ngo nibamusange muri RANAC nayo kwiyuga ntibirimwo

UPRONA – Abashigikiye Nditije ngo nibamusange muri RANAC nayo kwiyuga ntibirimwo

sindimwo-gastonUPRONA irongowe n’umushngamateka Nditije ngo ntishobora kwiyunga na UPRONA yemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu kubera ico bakirenganye, nkuko bishikirizwa na Gaston Sindimwo asanzwa ari umunyamanga mukuru w’uyo mugambwe UPRONA wemewe n’itwaro yo hagati mu gihugu.

Nkuko yabandanije abimenyesha yasavye ko uwo wese yumva ko arajwe ishinga n’ukwiyunga kw’ayo mashami abiri yoraba aho yegamira ngo nimba arabayoboka Karori ko bomusanga muri RANAC.

Ivyo akaba abishikirije inyuma yaho abasanzwe bari mu nzego nyobozi z’umugambwe UPRONA mu ntara bandikiriye uwusanzwa arongoye umugambwe UPRONA wemewe n’intwaro yo hagati mu gihugu ku rwego rw’igihugu bamumenyesha ko bavavanuye nawe kuko adashima kwiyunga n’irindi baba bakanamwagiriza ko ataco avuga ku ngorane zihanze igihugu hamwe n’ugushikigikira ko umukuru w’igihugu yitoza ubugira gatatu.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments