Upewe Sifa by Godson ” Ino Ndirimbo iraryoshe bimwe bikomeye, yirabe nawe ngaha !

0

Ino n’indirimbo nsha y’umuririmvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America , vyinshi bijanye nuno muririmvyi tuzobibagezaho mu minsi hano nyene kukinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America.


Ino Ndirimbo iraryoshe bimwe bikomeye ” Ese wewe uyunva gute ?