Friday, October 7, 2022
HomeNewsUnviriza ino ndirimbo y'abarundi baba hano muri USA '' Heleluya Tuzobonana by...

Unviriza ino ndirimbo y’abarundi baba hano muri USA ” Heleluya Tuzobonana by Pascal Ft Elia

Ino ndirimbo yaririmbwe n’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America, vyinshi bijanye n’aba baririnvyi tuzobibagezaho mumisi hano kuri kino kinyamakuru mukunda muri benshi ” UBM News .

Haleluya Tuzobonana. by Pascal N. & Elia N.

Must Read

Cibitoke: Umusirikare umwe yarapfuye mu ntambara zabahuje mu kibira n’umuhari FDLR...

0
Umusirikare umwe niwe yahasize ubuzima uyundi arakomereka mu ntambara zimaze imisi mw'ishamba cimeza rya Kibira zihuza igisirikare c'uburundi hamwe n'umuhari w'abanyarwanda wa FDLR....