Unviriza indirimbo nshasha ya Florence ” Mungu wangu Nakupenda”

0

Iyi n’indirimbo nshasha yaririmbwe n’umuririnvyi azwi kwizina rya ( Florence ) asanzwe aba hano muri Leta zunze ubumwe za America mu gisagara ca Dallas, Texas.

Amakuru menshi ajanye nuno muririnvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana tuzoyabagezaho muminsi iri imbere hano kuri UBMNews.