kugeza ubu umwami wo muri Swaziland akomeje gukora ibintu bitangaje aho ubu ariwe mwami wa mbere afise abagore benshi kwisi !
Mu gihugu ca Swaziland, umwami w’ico gihugu Mswati wa gatatu kugeza ubu afise abagore bashika kuri 14, uwo aheruka gutwara we akaba yaramwerekaniye mu birori bidasanzwe vy’igihugu ndetse nimico n’akaranga basanzwe bakoresha aho abakobwa bose bazunguruka bambaye ubusa amabere yabo ari hejuru.
Nkuko vyemezwa na kimwe mu binyamakuru gikorera muri Swaziland, co kivuga ko uyu mwami Mswati wa gatatu kugira ngo agutore aruko uba usa neza ndetse ufise nubwiza burengeje , gusa ngo umukobwa aheruka gutwara wimyaka 18 yatangaje benshi kuko ngo biboneka ko yamutwaye akiri umwana naburya we uno mwami asanzwe afise imyaka igera kuri 46
Recent Comments