Uno muririmvyi yasohoye Video idasanzwe ” Yirabe hano muko imeze neza (I love u Jesus by Emy Emery )

0

Umuririmvyi ariko arakora neza cane bimwe bishimishije ” Emy Emery ” yashize ahagaragara video yiwe nshasha ikomejwe gukundwa n’abantu benshi yahaye izina rya ” I love u Jesus ” muhezagirwe mwese muza kuraba ino video yuno muririmvyi.