Saturday, December 3, 2022
HomeNewsUno muririmvyi arashoboye bimwe bikomeye '' Raba hano Video nsha aheruka gusohora

Uno muririmvyi arashoboye bimwe bikomeye ” Raba hano Video nsha aheruka gusohora

Uno muririmvyi yitwa ” Rodrigue Bayubahe ” , bakaba bamutazira Lil fly mw’ izina ryuburirimvyi , ubwiwe mukiganiro yahaye umunyamakuru wa UBM News, we yavuze ko akorera muri label yitwa T-time Pro.

Vyovyo uno muririmvyi arashoboye ndetse ino Video iratomoye gose ” ese wewe uyibona gute ?

Must Read

Perezida Kagame yagiriza Tshisekedi kwitwaza intambara ya M23 kugira yunguruze amatora...

0
Umukuru w’igihugu c’Urwanda, Paul Kagame yagiriza mugenzi we w’igihugu ca Congo, Felix Tshisekedi ko yoba afise imigambi yo kwitwaza ibibazo vy’umutekano muke urangwa mu...