Umviriza hano ikiganiro umuririmvyi Jimmy Samson yakoreye kuri Radio Culture

0

Umuririmvyi W’Umurundi aba muri America abandanya gutera imbere m’umuziki akora” j-Samson, aheruka kuganira nimwe mu maradio ikorera mu gihugu c’Uburundi ( Radio Culture ) Jimmy Samson murikino kiganiro akaba yaravuzemwo ibintu vyinshi cane bijanye n’umuziki akora, ukuntu yatanguye hamwe n’intambwe amaze kugerako ” Kurikirana ico gikaniro hano musi.

Part 1

Part 2